Kayanza: igisabisho co gusabira abahitanywe n’ihonyabwoko ryo mu 1972
Kuri uyu wa 5, niho umurwi CVR wasozera ibikorwa vyawo mu ntara za Kayanza na Ngozi . Igisabisho cabereye ku kibuga c'umupira w'amaboko mu gisagara ca Kayanza. https://www.youtube.com/watch?v=MVZbjKWC-fw