Kuri uyu wa 5, umugwi CVR watunganije ikiganiro ku bigisha n’abanyeshure b’ishure nderabigisha ENS mu gisagara ca Bujumbura. Ico kiganiro cari kijanye no gushikiriza ibikorwa waranguye ku bijanye n’amatohoza ku mabi yabaye mu gihugu c’Uburundi kuva ku ntwaro z’abakavamahanga (1885) gushika kw’ihonyabwoko ryakorewe Abahutu mu 1972-1973