Gitega : Ikiganiro n’abamenyeshamakuru ku binyoma vyavuzwe n’intwaro ya prezida Micombero mu mwaka w’1972-1973

Gitega : Ikiganiro n’abamenyeshamakuru ku binyoma vyavuzwe n’intwaro ya prezida Micombero mu mwaka w’1972-1973

Banyacubahiro mwese muri hano,
Bamenyeshamakuru, Tugire amahoro !

  1. Umugwi ujejwe gutohoza ukuri no kunywanisha Abarundi (CVR mu mpfunyapfunyo), uri ku kivi kuva muri Kigarama umwaka w 2014. Twebwe tuwugize, ubu turi aba gatatu, kuko hari abari bahari imbere yacu. Ikiringo ca mbere cari ico kuva mu 2014 gushika 2018. Ikiringo ca kabiri naco cari ico kuva mu 2018 gushika mu 2022. Natwe aba gatatu, twahawe ikiringo co kuva mu 2022 gushika mu 2026.
Please follow and like us:
Pin Share
Actualités Kirundi