Bulletin no 20
20220628_Bulletin_n°20Télécharger
20220628_Bulletin_n°20Télécharger
20220124_Bulletin_n°17Télécharger
20210130_Bulletin n°13Télécharger
20200623_Bulletin_ n°8Télécharger
Tel a été le thème autour duquel la Communauté universitaire de Ngozi a discuté avec le Président de la Commission. La séance qui a duré près de 4 heures, dans le grand amphithéâtre du campus,…
Kuri uyu wa 5, Umukuru w'umurwi CVR yagendeye abakozi buyo murwi aho uriko urakorera ku mutumba Rutambiro zone Kankima komine Mugongomanga intara ya Bujumbura. Umurwi CVR ukaba wahubuye ikinogo rusangi kirenza imetero 100 z'uburebure catawemwo…
Kuri uyu wa 5, niho umurwi CVR wasozera ibikorwa vyawo mu ntara za Kayanza na Ngozi . Igisabisho cabereye ku kibuga c'umupira w'amaboko mu gisagara ca Kayanza. https://www.youtube.com/watch?v=MVZbjKWC-fw
Ku wa 26 Nzero 2022, umurwi CVR waratunganije inama mu ntara ya Gitega ku baserukira abandi mu ntara zigize igihugu c'Uburundi, abarongoye inzego z'umutekano mu turere no mu ntara , abaserukira amadini , hamwe n'…
IJAMBO RY’UMUKURU W’UMURWI USHINZWE GUTOHOZA UKURI NO KUNYWANISHA ABARUNDI (CVR) IMBERE Y’INAMA NSHINGAMATEKA N’INAMA NKENGUZAMATEKA KU MUSI WO GUSHIKIRIZA ICEGERANYO C’IBIKORWA VYARANGUWE MU 2021 Amb.Pierre Claver Ndayicariye Ijambo-CVRTélécharger
Ku munsi wa 1 igenekerezo rya 20 kigarama 2021 niho umurwi CVR washikiriza, mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe, abashingamateka n’abakenguzamateka b’Uburundi ibikorwa waranguye mu 2021 ku bijanye n’ubwicanyi bwabaye mu 1972-1973. Umurwi CVR uvugako ubwicanyi…