Ku wa 26 Nzero 2022, umurwi CVR waratunganije inama mu ntara ya Gitega ku baserukira abandi mu ntara zigize igihugu c’Uburundi, abarongoye inzego z’umutekano mu turere no mu ntara , abaserukira amadini , hamwe n’ abaserukira amashirahamwe adaharanira inyungu za politike. Intumbero kukaba kwari kubamenyesha ibikorwa bimaze kurangurwa n ‘ibigiye gukorwa kugira nabo nyene bagire ico baterera.
Willy Ntakarutimana