Burundi: CVR iriko ipfukura igisebe canyegejwe kandi kitapfukuwe
Actualités Kirundi

Burundi: CVR iriko ipfukura igisebe canyegejwe kandi kitapfukuwe

Kwunva no kumenya ivyabaye ku muzo w’abazungu mu Burundi,kumenya neza ingene ivyago vyahekuye imiryango kuva mu 1960 gushika mu 1973, ingene vyateguwe, ababiteguye,ababikoze n’ababikorewe, ni inzira nziza ifasha Abarundi kumenya…