Burundi: CVR ishikiriza ibikorwa yaranguye kuva mu 2018 gushika mu 2022
Actualités Kirundi

Burundi: CVR ishikiriza ibikorwa yaranguye kuva mu 2018 gushika mu 2022

Ku munsi wa 1 igenekerezo rya 18 /2023, Umurwi CVR warashikirije ibikorwa waranguye Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka z'Uburundi mu ngoro y'amakoraniro mu Kigobe. Iri n'ijambo ryashikirijwe n'umukuru w'umurwi , Amb.Pierre…