Burundi: CVR iriko ipfukura igisebe canyegejwe kandi kitapfukuwe

Kwunva no kumenya ivyabaye ku muzo w’abazungu mu Burundi,kumenya neza ingene ivyago vyahekuye imiryango kuva mu 1960 gushika mu 1973, ingene vyateguwe, ababiteguye,ababikoze n’ababikorewe, ni inzira nziza ifasha Abarundi kumenya kahise ikongera igasambura ibinyoma vyakwiragijwe mu gihugu cacu no mu makungu.

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *