Muyinga: Kurekuriranira no gusubiza hamwe birashoboka

Ku wa 6 igenekerezo rya 11 Kigarama 2021, diyoseze ya Muyinga yaratunganije inkuka y'iminsa yo kurungika icese abatowe mu ma paruwasi mu butumwa bwo kurekuriranira no gusubiza hamwe. Umwepiskopi wa diyoseze ya Muyinga , Mgr.Yohakimu…