Burundi , Génocide de 1972-1973: Urubanza rufuta imanza z’abishwe mu 1972 bitwa abamenja
Ivyiyunviro vy'imigambwe Sahwanya Frodebu, CNDD-FDD na Uprona ku bijanye n'urubanza rwaciwe na sentare ntahinyuzwa rufuta imanza zaciriwe abishwe mu 1972 bitwa abamenja https://www.youtube.com/watch?v=LYwppft9vOQ










