Abatutsi bava mu mitumba itandukanye ya komine Vugizo intara ya Makamba baragandaguwe n’abantu biyita ba Mulele. Abo batutsi bakaba bageranizwa ku biro vya komine Vugizo. Muri kino gihe hakaba ariho hubatswe ivuriro.