Mugongomanga: ikinogo kimwe kigereranywa n’ibinogo 8 vyo ku Ruvubu

Kuri uyu wa 5, Umukuru w’umurwi CVR yagendeye abakozi buyo murwi aho uriko urakorera ku mutumba Rutambiro zone Kankima komine Mugongomanga intara ya Bujumbura. Umurwi CVR ukaba wahubuye ikinogo rusangi kirenza imetero 100 z’uburebure catawemwo abantu bishwe mu 1972. Umukuru w’umurwi CVR , Amb.Pierre Claver Ndayicariye abonako ko ico kinogo rusangi ataho gitaniye n’ibinogo rusangi 8 vyazuwemwo abantu bababa 8000 ku ruzi Ruvubu muri komine Shombo intara ya Karusi mu 2020.

Willy NTAKARUTIMANA

Please follow and like us:
Pin Share
Actualités Kirundi Publications