Mwaro: igikorwa co kwegeranya ibisigarira vy ‘amagufa y’abantu bazuwe mu binogo rusangi

Spread the love

Igikorwa co kwegeranya no kubika ibisigarira vy ‘amagufa y’abantu bazuwe mu binogo rusangi inyuma y’igisabisho mpuzamadini co gusabira izo nzirakarengane. Ico gisabisho kikaba cabereye muri komine Gisozi muri Nyakanga 2021.

Willy Ntakarutimana

Actualités Audios Burundi Publications