Catégorie : Archivages
Cibitoke: Le capitaine « KIBUGITA »,l’homme qui sémait la terreur dans toute la province (bulletin no 18)
Nous sommes dans le Nord-ouest du Burundi. L'équipe de la CVR envoyée enquêter sur les violations massives des droits de l’homme commis en 1972 a retrouvé des témoins clés dont les révélations sont incroyables, mais…
Kayanza : des enseignants kidnappés devant des élèves en 1972
Le lycée de Musema en commune Butaganzwa, province Kayanza n'a pas été épargné par le génocide de 1972. L'équipe CVR déployée dans cette province a mené des enquêtes dans cette commune pour obtenir plus d’informations.…
RESUME EXECUTIF DU RAPPORT D’ETAPE DE LA CVR 2021
SYNTHESE DU RAPPORT D’ETAPE DE LA CVR 2021 Au cours d’une retraite de planification des activités pour l’année 2021, tenue du 20 au 23 janvier 2021, les membres de la Commission Vérité et Réconciliation ont…
Bujumbura: Umurwi CVR ushikiriza ivyaranguwe mu 2021
IJAMBO RY’UMUKURU W’UMURWI USHINZWE GUTOHOZA UKURI NO KUNYWANISHA ABARUNDI (CVR) IMBERE Y’INAMA NSHINGAMATEKA N’INAMA NKENGUZAMATEKA KU MUSI WO GUSHIKIRIZA ICEGERANYO C’IBIKORWA VYARANGUWE MU 2021 Amb.Pierre Claver Ndayicariye Ijambo-CVRTélécharger
Bujumbura: Mu 1972 habaye ihonyabwoko ry’abahutu
Ku munsi wa 1 igenekerezo rya 20 kigarama 2021 niho umurwi CVR washikiriza, mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe, abashingamateka n’abakenguzamateka b’Uburundi ibikorwa waranguye mu 2021 ku bijanye n’ubwicanyi bwabaye mu 1972-1973. Umurwi CVR uvugako ubwicanyi…
Muyinga: Kurekuriranira no gusubiza hamwe birashoboka
Ku wa 6 igenekerezo rya 11 Kigarama 2021, diyoseze ya Muyinga yaratunganije inkuka y'iminsa yo kurungika icese abatowe mu ma paruwasi mu butumwa bwo kurekuriranira no gusubiza hamwe. Umwepiskopi wa diyoseze ya Muyinga , Mgr.Yohakimu…
Mwaro: igikorwa co kwegeranya ibisigarira vy ‘amagufa y’abantu bazuwe mu binogo rusangi
Igikorwa co kwegeranya no kubika ibisigarira vy 'amagufa y'abantu bazuwe mu binogo rusangi inyuma y'igisabisho mpuzamadini co gusabira izo nzirakarengane. Ico gisabisho kikaba cabereye muri komine Gisozi muri Nyakanga 2021. Willy Ntakarutimana https://www.youtube.com/watch?v=7FPWjBnRebo