Bujumbura: Mu 1972 habaye ihonyabwoko ry’abahutu
Ku munsi wa 1 igenekerezo rya 20 kigarama 2021 niho umurwi CVR washikiriza, mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe, abashingamateka n’abakenguzamateka b’Uburundi ibikorwa waranguye mu 2021 ku bijanye n’ubwicanyi bwabaye mu…






