Mu 2022, CVR yakoze ahanini amatohoza ajanye n’ihonyanga ry’ agateka ka zina muntu ryabaye kuva mu mwaka w’1985 gushika kw’ihonyabwoko ryakorewe abahutu mu 1972-1973.