Gitega: Umurwi CVR ushikiriza ivyegeranyo vy’ibikorwa vyaranguwe mu 2020

Kw’igenekerezo rya 22 /12/2020, Umukuru w’Umurwi CVR ,Amb.Petero Karaveri Ndayicariye ,yarahawe umubonano n’Umukuru w’Inama Nkenguzamateka y’Uburundi , Nyeniteka Emmanuel Sinzohagera. Umukuru w’Umurwi CVR akaba yaraje kumushikiriza ivyegeranyo vy’ibikorwa CVR yaranguye mu 2020.

Lire la suite Gitega: Umurwi CVR ushikiriza ivyegeranyo vy’ibikorwa vyaranguwe mu 2020