Makamba: Gutanguza ibikorwa

Ijambo rishikirijwe na Ambassadeur Pierre Claver Ndayicariye, umukuru w’umugwi ushinzwe gutohoza ukuri no kunywanisha abarundi (cvr) mu birori vyo gutanguza ibikorwa vyo kurondera ibisigarira vy’abishwe bagatabwa mu binogo mu 1972 i Gikuzi muri komine Vugizo, mu ntara ya Makamba, Gikuzi, Vugizo, igenekerezo 15/09/2020

Please follow and like us:

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *